Tele Renaissance
Tele Renaissance
  • Видео 10 888
  • Просмотров 13 950 198
RARE Monde yarasozereye ibikorwa vyo gufasha mu buruhuko abana b’Abarundi b’impunzi mu Rwanda
Ishirahamwe Réfugié Acteur de sa Reconversion et de son Épanouissement Mondial (RARE Monde), rihurikiyemwo impunzi z’Abarundi ziri mu gihugu c’Urwanda, ryarasozereye mu mpera z’indwi iheze ibikorwa vyo gufasha urwaruka ruri mu buhungiro. Intumbero ikaba ubwa mbere kwari ukubafasha muri aya mezi abiri aheze hamwe no kurwanya ko abana baguma bareze amaboko no kubafasha kutavyibuha birenze urugero, biciye mu kwinonora imitsi no mu zindi nkino.
Просмотров: 32

Видео

RARE Monde clôture un programme de vacances pour les enfants burundais réfugiés au Rwanda
Просмотров 137 часов назад
L’association Réfugié Acteur de sa Reconversion et de son Épanouissement Mondial (RARE Monde), regroupant des réfugiés burundais résidant au Rwanda, a récemment clôturé un programme de vacances dédié aux enfants. Ce programme, qui s’est achevé à la fin de la semaine dernière, avait pour objectif d’occuper utilement les enfants pendant les vacances, tout en luttant contre la sédentarité et l’obé...
Leta irakwiye kwongereza amafaranga kugira abana bashobore kubaho neza mu buraro (BAFASHEBIGE)
Просмотров 297 часов назад
Urunani BAFASHEBIGE rurakeza ubushikiranganji bw’Indero kubona bwarongereje ibitigiri vy’abana biga mu mashure y’inyuma y’ishure shingiro biga baba mu ndaro. Bivugwa na Cassien Gashirahamwe, icegera c’uwurongoye urwo runani, aho asaba ko hoba ukwongereza ibikoresho bifasha mu kwigisha eka n’ibindi vyotuma abanyeshure bashobora kwiga neza. Akavuga ko ivyo bijana no kwongereza amafaranga leta iko...
Le gouvernement devrait augmenter le budget pour améliorer la vie en internat (BAFASHEBIGE)
Просмотров 97 часов назад
La coalition BAFASHEBIGE se réjouit de l’augmentation du nombre d’élèves qui intégreront les écoles à régime d’internat dans la section post-fondamentale. Cassien Gashirahamwe, vice-président de cette coalition, demande cependant au gouvernement de fournir le matériel didactique ainsi que d’autres ressources nécessaires pour garantir une éducation de qualité. Cela impliquera nécessairement une ...
FNASEEB iranegura amanota yafatiweko ku banyeshure bagiye mu mashure yisumbuye
Просмотров 862 часа назад
Urunani rw’amasendika yo mu gisata c’indero n’inyigisho mu Burundi ruranegura amanota yaraye afatiweko n’ubushikiranganji bw’Indero kugira abanyeshure baje mu mashure yisumbuye. Antoine Manuma, arongoye urunani FNASEEB, abona ko abo banyeshure bazogira ibibazo vyinshi mu mashure akurikira, ivyo kandi bikazosaba abarimu babigisha gukoresha inguvu nyinshi kugira bashobore kuja ku rugero rw’abandi...
La FNASEEB critique la nouvelle note d’admission aux collèges et lycées
Просмотров 172 часа назад
La Fédération nationale des syndicats du secteur de l’enseignement et de l’éducation du Burundi déplore la note minimale récemment fixée par le ministère de l’Éducation nationale pour l’admission aux collèges et lycées. Antoine Manuma, président de la FNASEEB, estime que cette mesure entraînera des difficultés pour les élèves dans les classes supérieures, obligeant les enseignants à redoubler d...
Ni ukwihutira gushira ibikoresho vyo gukaraba intoki ahahurira abantu benshi (J. Hatungimana)
Просмотров 552 часа назад
Ubunywero n’uburiro budakwije ivyangombwa vy’isuku mu gisagara ca Bujumbura butegerezwa kwugarwa. Iryo ni itegeko ryatanzwe n’umukuru w’igisagara ca Bujumbura. Jimmy Hatungimana yabivuze mu nama yo guhimiriza mu bikorwa vyo kurwanya akaranda k’ibihara vy’inguge yahuriyemwo abajejwe intwaro n’umutekano. Akaba ahamagarira gushiraho vyihuta ibikoresho vyo gukaraba iminwe aho hose hahurira abantu b...
Il faut vite installer des kits de lavage des mains dans les lieux de rassemblement (J. Hatungimana)
Просмотров 402 часа назад
Les bars-restaurants qui ne remplissent pas les conditions de propreté en mairie de Bujumbura seront fermés. C’est l’ordre donné par le maire de la ville. Jimmy Hatungimana l’a annoncé mardi lors d’un atelier de sensibilisation sur la lutte contre la variole du singe, organisé à l’intention des responsables administratifs et des forces de sécurité. Il appelle à la mise en place rapide de kits d...
Ukutubahiriza ingingo zo kwikingira gutuma akaranda kaguma gakwiragira (L. Baradahana)
Просмотров 754 часа назад
Umurindi wo kwandukira w’ikiza c’ibihara vy’inguge uri hejuru kubera abanyagihugu, eka mbere n’abakozi bo mu bisata bitandukanye vya leta badakurikiza impanuro zo kwikingira. Ivyo binegurwa n’umushikiranganji w’Amagara y’abantu. Umuganga Lydwine Baradahana yabivuze ku munsi wa mbere mu nama yahuje abagize leta n’abayifasha mu gisata c’amagara y’abantu.
Le non-respect des mesures barrières freine les efforts de lutte contre le Mpox (L. Baradahana)
Просмотров 864 часа назад
Le rythme de propagation de la variole du singe est très élevé parce qu’une partie de la population, ainsi que certains services de l’État, ne respectent pas les mesures de prévention contre cette maladie. C’est ce que déplore la ministre de la Santé publique. Dr Lydwine Baradahana l’a déclaré ce lundi lors d’un atelier d’évaluation de la lutte contre cette épidémie, lequel a rassemblé les memb...
Umwaka w’ishure w’2024-2025 uzotangura ku wa 16 Nyakanga 2024 (F. Havyarimana)
Просмотров 744 часа назад
Abanyeshure barenga ibihumbi 16 barananiwe n’ikibazo kibaha uburenganzira bwo gutangura amashure y’inyuma y’ishure shingiro. Vyashikirijwe n’umushikiranganji w’Indero, Pr François Havyarimana, mu kiganiro yagize ku munsi wa mbere. Yaranamenyesheje amanota bafatiyeko kugira abanyeshure bashobore kuja mu gice ca kabiri c’amashure shingiro. Ku banyeshure biga bataha, bafatiye ku manota 64 ku 200, ...
La rentrée scolaire 2024-2025 est fixée au 16 septembre 2024 (F. Havyarimana)
Просмотров 1804 часа назад
Plus de 16 000 élèves n’ont pas réussi au Concours national donnant accès à l’école post-fondamentale cette année. C’est ce qu’a annoncé le ministre de l’Éducation nationale, Pr François Havyarimana, lors d’un point de presse tenu lundi. Il a précisé la note requise pour accéder à l’école post-fondamentale : les élèves externes doivent obtenir au moins 64 points sur 200, soit 32 %, et ceux du s...
Impunzi z’Abarundi muri Tanzaniya zibandanya kuburabuzwa
Просмотров 2807 часов назад
Umwe mu bakora mu gisata ca ONU kijejwe impunzi mw’ikambi y’i Nyarugusu, muri Tanzaniya, aheruka kubwira impunzi z’Abarundi ko zitota umwanya zirindira ko umwaka uhera, ahubwo ko zotaha mu Burundi imbere y’uko amakambi yugarwa. Bamwe mu baharanira agateka ka zina muntu bakabona ko ari itotezwa ribandanya ku mpunzi z’Abarundi zatse indaro muri ico gihugu.
La persécution des réfugiés burundais en Tanzanie continue
Просмотров 707 часов назад
L’un des responsables du HCR dans le camp de Nyarugusu, en Tanzanie, a récemment dit aux réfugiés burundais de ne pas perdre de temps et de penser plutôt à se rapatrier avant la fermeture des camps de réfugiés dans ce pays. Certains défenseurs des droits humains estiment que cela constitue une poursuite de la persécution des réfugiés burundais en Tanzanie.
Kurekurira urudandazwa rw’isukari kuri bose : ingingo idashemeye ku bwa OLUCOME
Просмотров 8414 часов назад
Ingingo yo kurekurira abadandaza bose bavyipfuza kudandaza isukari nk’inyishu ku kibazo c’ibura ry’ico kidandazwa rimaze imyaka myinshi nta co yaje ifasha ku bijanye n’ubukene bw’isukari. Ni umwihwezo wa Jean Nduwimana, umuvugizi w’ishirahamwe OLUCOME, kuko ngo umuntu yihweje itegeko ryashizeho iyo ngingo, biboneka y’uko n’aho isukari izoboneka, izoboneka izimvye. Ahamagarira leta kwicarana n’a...
Libéralisation du marché du sucre : une solution jugée inefficace par l’OLUCOME
Просмотров 5214 часов назад
Libéralisation du marché du sucre : une solution jugée inefficace par l’OLUCOME
Uburundi bwarekuriye abantu bose kudandaza isukari mu gutorera inyishu ikena ryayo
Просмотров 26614 часов назад
Uburundi bwarekuriye abantu bose kudandaza isukari mu gutorera inyishu ikena ryayo
Le Burundi libéralise le commerce du sucre pour contrer sa pénurie
Просмотров 24414 часов назад
Le Burundi libéralise le commerce du sucre pour contrer sa pénurie
FOCODE yaharuye abantu barenga 25 babuzwe irengero mu mezi 3 ya mbere y’umwaka w’2024
Просмотров 31714 часов назад
FOCODE yaharuye abantu barenga 25 babuzwe irengero mu mezi 3 ya mbere y’umwaka w’2024
Le FOCODE a enregistré au moins 25 disparitions au cours du seul premier trimestre de 2024
Просмотров 7514 часов назад
Le FOCODE a enregistré au moins 25 disparitions au cours du seul premier trimestre de 2024
Ikirundi kigiye gushirwa imbere mu kugisanga ku mbuga zikoresha ubuhinga bwa none
Просмотров 10716 часов назад
Ikirundi kigiye gushirwa imbere mu kugisanga ku mbuga zikoresha ubuhinga bwa none
Vers la promotion de la langue kirundi à l’aide des plateformes utilisant Internet
Просмотров 5216 часов назад
Vers la promotion de la langue kirundi à l’aide des plateformes utilisant Internet
Imyaka 24 iheze hasinywe amasezerano ya Arusha, CFOR-Arusha ibona ko CNDD-FDD yananiwe
Просмотров 11616 часов назад
Imyaka 24 iheze hasinywe amasezerano ya Arusha, CFOR-Arusha ibona ko CNDD-FDD yananiwe
24 ans après l’Accord d’Arusha, la CFOR-Arusha dénonce l’échec du CNDD-FDD
Просмотров 10316 часов назад
24 ans après l’Accord d’Arusha, la CFOR-Arusha dénonce l’échec du CNDD-FDD
Imirwi yose y’Abarundi irakwiye kwitaba amatora yimirije (CNEB)
Просмотров 19619 часов назад
Imirwi yose y’Abarundi irakwiye kwitaba amatora yimirije (CNEB)
Tous les groupes burundais devraient participer aux prochaines élections (CNEB)
Просмотров 14119 часов назад
Tous les groupes burundais devraient participer aux prochaines élections (CNEB)
Abacukura ubutare 19 baramenyekanye ko bapfuye hagati ya Gitugutu 2023 na Ntwarante 2024 mu Burundi
Просмотров 11519 часов назад
Abacukura ubutare 19 baramenyekanye ko bapfuye hagati ya Gitugutu 2023 na Ntwarante 2024 mu Burundi
Au moins 19 orpailleurs ont perdu la vie entre octobre 2023 et mars 2024 au Burundi
Просмотров 6819 часов назад
Au moins 19 orpailleurs ont perdu la vie entre octobre 2023 et mars 2024 au Burundi
Leta ya Congo ni yo ntandaro y’ibibazo vy’umutekano muke (W. Ngoma)
Просмотров 45421 час назад
Leta ya Congo ni yo ntandaro y’ibibazo vy’umutekano muke (W. Ngoma)
Le gouvernement congolais à l’origine des troubles sécuritaires (W. Ngoma)
Просмотров 15821 час назад
Le gouvernement congolais à l’origine des troubles sécuritaires (W. Ngoma)